وَٱلَّذِى قَدَّرَ فَهَدَىٰ Kirundi Translation - Yusuf GahitiIraheza Irategekanya ivya nkenerwa vyose ku biremwa, Iranigisha kimwe cose ukuntu kivyikorako;