وَكَذَٰلِكَ نُفَصِّلُ ٱلْـَٔايَٰتِ وَلَعَلَّهُمْ يَرْجِعُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y'Imana! Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twatomoye Aayah zacu n’ibihano Twahaye abazihakanye - Dutomorera abantu warungitsweko Aayah n'ivyemezo kugira bavavanure n’ibangikanyamana, baheze bagaruke ku Mana yabo Rurema Allah.