caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-A'raaf, Verse 173

Mecca · revelation order 39 · 7:173

أَوْ تَقُولُوٓا۟ إِنَّمَآ أَشْرَكَ ءَابَآؤُنَا مِن قَبْلُ وَكُنَّا ذُرِّيَّةً مِّنۢ بَعْدِهِمْ أَفَتُهْلِكُنَا بِمَا فَعَلَ ٱلْمُبْطِلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiCanke kugira ntimuzovuge mwigovyora muti: “Ni ukuri, ba data gusa ni bo barenze kw’isezerano aho hambere, baraheza babangikanya Imana Allah, gutyo na twe mu nyuma dushoka tubakurikira ukwo. None ga Mana! Ushaka kuduhonya, Uduhora icaha cakozwe n’abakubangikanije bigatuma ibikorwa vyabo bicika impfagusa!”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70