caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah At-Tahrim, Verse 12

Medina · revelation order 107 · 66:12

وَمَرْيَمَ ٱبْنَتَ عِمْرَٰنَ ٱلَّتِىٓ أَحْصَنَتْ فَرْجَهَا فَنَفَخْنَا فِيهِ مِن رُّوحِنَا وَصَدَّقَتْ بِكَلِمَٰتِ رَبِّهَا وَكُتُبِهِۦ وَكَانَتْ مِنَ ٱلْقَٰنِتِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah Irongera Igaha abemeramana, akarorero ka Mariyamu umukobwa wa Imraani, yabungabunze ubwambure bwiwe, maze Tumuhuhiramwo inkomoko y’ubuzima “Roho” ivuye iwacu Twebwe Allah, gutyo asama imbanyi y’Intumwa y’Imana Isa (nyakugira amahoro y’Imana Allah), aranemera amabwirizwa y’Imana yiwe Rurema Allah hamwe n’Ibitabu vyayo. Yari no mu bagamburukira cane Imana Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70