caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-An'aam, Verse 5

Mecca · revelation order 55 · 6:5

فَقَدْ كَذَّبُوا۟ بِٱلْحَقِّ لَمَّا جَآءَهُمْ فَسَوْفَ يَأْتِيهِمْ أَنۢبَٰٓؤُا۟ مَا كَانُوا۟ بِهِۦ يَسْتَهْزِءُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBarahakanye bivuye inyuma ukuri igihe bagushikirizwa n’Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), baranatebuye kw’irarikiramana ryayo. Kubera ivyo rero, bitebe bitebuke, bazokwibonerako inkurikizi y’ivyo bateburako.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70