caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Maaida, Verse 82

Medina · revelation order 112 · 5:82

لَتَجِدَنَّ أَشَدَّ ٱلنَّاسِ عَدَٰوَةً لِّلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ ٱلْيَهُودَ وَٱلَّذِينَ أَشْرَكُوا۟ وَلَتَجِدَنَّ أَقْرَبَهُم مَّوَدَّةً لِّلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ ٱلَّذِينَ قَالُوٓا۟ إِنَّا نَصَٰرَىٰ ذَٰلِكَ بِأَنَّ مِنْهُمْ قِسِّيسِينَ وَرُهْبَانًا وَأَنَّهُمْ لَا يَسْتَكْبِرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Ni ukuri uzosanga abantu barangwa n’urwanko gusumba abandi ku bemeramana bagukurikiye, ari abayahudi babasharika hamwe rero n’ababangikanyamana, kandi ni ukuri uzosanga abarangwa n’urukundo rwa hafi muri bo ku bemeramana bagukurikiye, ari abavuze bati: “Twebwe mu vy’ukuri, turi abanaswara”. Ivyo bigaterwa n’uko muri bo, harimwo abamenyi b’indongozi n’abiyeguriye amasengesho; bikanaterwa kandi n’uko bicisha bugufi bakakira ukuri[24];
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70