caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Maaida, Verse 68

Medina · revelation order 112 · 5:68

قُلْ يَٰٓأَهْلَ ٱلْكِتَٰبِ لَسْتُمْ عَلَىٰ شَىْءٍ حَتَّىٰ تُقِيمُوا۟ ٱلتَّوْرَىٰةَ وَٱلْإِنجِيلَ وَمَآ أُنزِلَ إِلَيْكُم مِّن رَّبِّكُمْ وَلَيَزِيدَنَّ كَثِيرًا مِّنْهُم مَّآ أُنزِلَ إِلَيْكَ مِن رَّبِّكَ طُغْيَٰنًا وَكُفْرًا فَلَا تَأْسَ عَلَى ٱلْقَوْمِ ٱلْكَٰفِرِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Bwira abayahudi n’abanaswara uti: “Emwe bahawe Igitabu! Nta na kimwe mwimariye mw’idini, mu gihe mutarubahiriza ibiri muri Tawurati no mu Njili, hamwe rero n’ivyo mwamanuriwe n’Imana yanyu Rurema Allah biri muri Qor’ani”. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri ukwihambaza no kugarariza bizokwiyongera kuri benshi muri bo, bitewe n’ishari n’inzigo bagufitiye ku kuba wahawe ubutumwa n’Imana yawe Rurema Allah, gutyo ukagaragaza ingeso zabo mbi. Ntukicwe n’intuntu rero kw’igarariza ry’abantu b’ababahakanyi.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70