caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Maaida, Verse 67

Medina · revelation order 112 · 5:67

يَٰٓأَيُّهَا ٱلرَّسُولُ بَلِّغْ مَآ أُنزِلَ إِلَيْكَ مِن رَّبِّكَ وَإِن لَّمْ تَفْعَلْ فَمَا بَلَّغْتَ رِسَالَتَهُۥ وَٱللَّهُ يَعْصِمُكَ مِنَ ٱلنَّاسِ إِنَّ ٱللَّهَ لَا يَهْدِى ٱلْقَوْمَ ٱلْكَٰفِرِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiEwe Ntumwa y’Imana! Shikiriza ivyo wamanuriwe n’Imana yawe Rurema Allah. Niwahirahira ngo ureke gushikiriza bimwe muri vyo, ntuzoba washikirije bikwiye ubutumwa warungikanwe n’Imana Allah[19]. Imana Allah na Yo Izoheza Igukingire abansi bawe mu bantu, shishikara rero ushikiriza ubutumwa ata co winona. Mu vy’ukuri, Imana Allah ntishoboza abantu b’abagarariji gutumbera inzira igororotse.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70