caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Maaida, Verse 22

Medina · revelation order 112 · 5:22

قَالُوا۟ يَٰمُوسَىٰٓ إِنَّ فِيهَا قَوْمًا جَبَّارِينَ وَإِنَّا لَن نَّدْخُلَهَا حَتَّىٰ يَخْرُجُوا۟ مِنْهَا فَإِن يَخْرُجُوا۟ مِنْهَا فَإِنَّا دَٰخِلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBene Israyeli bishuye bati: “Ewe Musa! Muri ico gisagara, ni ukuri hariyo abantu b’ibihangange, nta nguvu dufise zo guhangana na vyo, kandi twebwe mu vy’ukuri ntiturota tucinjira bitabanje kukivamwo. Nivyaramuka bikivuyemwo, tuzoheza tucinjire”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70