caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Maaida, Verse 104

Medina · revelation order 112 · 5:104

وَإِذَا قِيلَ لَهُمْ تَعَالَوْا۟ إِلَىٰ مَآ أَنزَلَ ٱللَّهُ وَإِلَى ٱلرَّسُولِ قَالُوا۟ حَسْبُنَا مَا وَجَدْنَا عَلَيْهِ ءَابَآءَنَآ أَوَلَوْ كَانَ ءَابَآؤُهُمْ لَا يَعْلَمُونَ شَيْـًٔا وَلَا يَهْتَدُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbaziririza ibitaziririjwe n’Imana Allah, iyo babwiwe bati: “Enda nyabuna nimuze ku vyamanuwe n’Imana Allah no ku nyigisho z’Intumwa yayo kugira mumenye ikizira n’ikirekuwe”; bishura bati: “Ivyo twarazwe n’abavyeyi bacu birahagije”. Mbega bavuga ivyo, n’aho abavyeyi babo boba ata na kimwe batahura, batanashobora no gutumbera inzira igororotse!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70