caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Maaida, Verse 103

Medina · revelation order 112 · 5:103

مَا جَعَلَ ٱللَّهُ مِنۢ بَحِيرَةٍ وَلَا سَآئِبَةٍ وَلَا وَصِيلَةٍ وَلَا حَامٍ وَلَٰكِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ يَفْتَرُونَ عَلَى ٱللَّهِ ٱلْكَذِبَ وَأَكْثَرُهُمْ لَا يَعْقِلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah ntiyigeze Iziririza ikoreshwa ry’igitungwa caciwe ugutwi kikagenerwa ibigirwamana; igitungwa catanzwe ikimazi ku bigirwamana, igitungwa kivyaye inyana cikurikiranya, n’impfizi y’ingamiya yimije incuro cumi[36], ariko ababangikanyamana bomekereye ivyo vyose ku Mana Allah bayibeshera, kandi abenshi muri bo ntibatandukanya ukuri n’ikinyoma.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70