caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ahqaf, Verse 24

Mecca · revelation order 66 · 46:24

فَلَمَّا رَأَوْهُ عَارِضًا مُّسْتَقْبِلَ أَوْدِيَتِهِمْ قَالُوا۟ هَٰذَا عَارِضٌ مُّمْطِرُنَا بَلْ هُوَ مَا ٱسْتَعْجَلْتُم بِهِۦ رِيحٌ فِيهَا عَذَابٌ أَلِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAho baboneye rero igicu ciyegeranije mu kirere cerekera mu kabande kabo, kikaba carimwo ibihano biturutse hejuru basezeraniwe, bavuze bati: “Iki gicu gihava kiduha akavura maze duhembuke”. Huudi yababwiye ati: “Haba namba! Si igicu c’imvura nk’uko muvyibaza, ahubwo nyabuna, ni vya bihano mwihutira kwisabira, ni igicu kizananye n’igihuhusi kirimwo ibihano bikaze”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70