caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ahqaf, Verse 23

Mecca · revelation order 66 · 46:23

قَالَ إِنَّمَا ٱلْعِلْمُ عِندَ ٱللَّهِ وَأُبَلِّغُكُم مَّآ أُرْسِلْتُ بِهِۦ وَلَٰكِنِّىٓ أَرَىٰكُمْ قَوْمًا تَجْهَلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiHuudi (nyakugira amahoro y’Imana Allah) yabishuye ati: “Ni ukuri isango ivyo bihano ndabasezeranira vyoshikirako, rizwi n’Imana Allah, ico njejwe ni ukubashikiriza ubutumwa narungikanwe. Ariko rero n’aho biri ukwo, jewe mbona ko mwebwe muri ibijuju ku kwihutira gusaba ko muhanwa”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70