caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 53

Medina · revelation order 92 · 4:53

أَمْ لَهُمْ نَصِيبٌ مِّنَ ٱلْمُلْكِ فَإِذًا لَّا يُؤْتُونَ ٱلنَّاسَ نَقِيرًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo none, burya boba bafise umugabane w’ubwami bahawe! Abari aho, iyo bahabwa umugabane w’ubwami, ntibari kugira n’umwe mu bantu baha akantu ide kangana n’agahere kari ku mugongo w’urutete rw’itende [16].
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70