caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 54

Medina · revelation order 92 · 4:54

أَمْ يَحْسُدُونَ ٱلنَّاسَ عَلَىٰ مَآ ءَاتَىٰهُمُ ٱللَّهُ مِن فَضْلِهِۦ فَقَدْ ءَاتَيْنَآ ءَالَ إِبْرَٰهِيمَ ٱلْكِتَٰبَ وَٱلْحِكْمَةَ وَءَاتَيْنَٰهُم مُّلْكًا عَظِيمًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAhubwo none, burya boba basharika Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ku nema y’ubutumwa yahawe n’Imana Allah, bagasharika n’ingendanyi zayo ku nema yo gushobozwa kwemera Imana Allah n’Intumwa yayo, no gutsimbatazwa kw’isi, gutyo bigatuma babipfuriza guhuba! Ni ukuri Twebwe Allah Twarahaye uruvyaro rw’Intumwa Ibrahimu (nyakugira amahoro y’Imana Allah) Ibitabu n’izindi nyigisho zitanditswe, Twaranaruhaye hamwe n’ivyo, ubwami buhambaye.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70