إِنَّ ٱللَّهَ لَا يَظْلِمُ مِثْقَالَ ذَرَّةٍ وَإِن تَكُ حَسَنَةً يُضَٰعِفْهَا وَيُؤْتِ مِن لَّدُنْهُ أَجْرًا عَظِيمًا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, Imana Allah ntirenganya na gato, n’aho koba akantu kangana n’inzatsa. Iciza rero, n’iyo coba kingana n’inzatsa, Imana Allah Iraheza Ikakigwiza, Ikanaha uwagikoze impembo ihambaye y’Ubwami bw’ijuru.