caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nisaa, Verse 41

Medina · revelation order 92 · 4:41

فَكَيْفَ إِذَا جِئْنَا مِن كُلِّ أُمَّةٍۭ بِشَهِيدٍ وَجِئْنَا بِكَ عَلَىٰ هَٰٓؤُلَآءِ شَهِيدًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMbega abantu bazomererwa gute ku musi w’izuka, igihe Twebwe Allah Twarengukije mu mugwi uwo ari wo wose w’abantu, Intumwa warungikiwe kugira iwagirize ku vyo wakoze, Tugashoka Tukurengutsa na wewe Muhamadi kugira wagirize abo warungitsweko, ko wabashikirije ubutumwa buvuye ku Mana yawe Rurema Allah!
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70