فَٱلْتَقَمَهُ ٱلْحُوتُ وَهُوَ مُلِيمٌ Kirundi Translation - Yusuf GahitiAraheza atabwa mw’ibahari, ifi amahanga iba yamubonye nk’ejo ica iramusama, iramutamira ku mwikomo yari afitiwe n’Imana Allah.