قُلْ جَآءَ ٱلْحَقُّ وَمَا يُبْدِئُ ٱلْبَٰطِلُ وَمَا يُعِيدُ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Vuga uti: “Ukuri kw’amabwirizwa y’ubwislamu kwaramaze kuja ahabona, ikinyoma c’ubugarariji na co kiraheza kirazimangana, kigenda amazimayongo, ntikiriko kiragaruka bushasha kandi ngo gitanguzwe”.