caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Saba, Verse 48

Mecca · revelation order 58 · 34:48

قُلْ إِنَّ رَبِّى يَقْذِفُ بِٱلْحَقِّ عَلَّٰمُ ٱلْغُيُوبِ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Vuga ubwire abahakana bivuye inyuma isengwa ry’Imana Imwe Rudende Allah, bagahakana n’ubwislamu, uti: “Mu vy’ukuri Imana yanje Rurema Allah, Iragaragaza ukuri maze ikinyoma kigatekuruka, ni Yo rero Izi neza ibinyegejwe ibiremwa, nta kiyinyegeje mw’ijuru no mw’isi”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70