فَأَمَّا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ وَعَمِلُوا۟ ٱلصَّٰلِحَٰتِ فَهُمْ فِى رَوْضَةٍ يُحْبَرُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbemeye Imana Allah n’Intumwa zayo bakanakora n’ivyiza bitegetswe, bazoja mu Bwami bw’ijuru, baheze bazimanwe ivy’akaroruhore.
فَأَمَّا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوا۟ وَعَمِلُوا۟ ٱلصَّٰلِحَٰتِ فَهُمْ فِى رَوْضَةٍ يُحْبَرُونَ