إِنَّ ٱللَّهَ لَا يَخْفَىٰ عَلَيْهِ شَىْءٌ فِى ٱلْأَرْضِ وَلَا فِى ٱلسَّمَآءِ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, ubumenyi bw’Imana Allah bukikije ibiremwa vyose, nta kintu na kimwe kw’isi canke mw’ijuru cinyegeje Imana Allah, n’aho coba akantu kanzunya.