caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 4

Medina · revelation order 89 · 3:4

مِن قَبْلُ هُدًى لِّلنَّاسِ وَأَنزَلَ ٱلْفُرْقَانَ إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُوا۟ بِـَٔايَٰتِ ٱللَّهِ لَهُمْ عَذَابٌ شَدِيدٌ وَٱللَّهُ عَزِيزٌ ذُو ٱنتِقَامٍ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiImbere yuko Imanura Qor’ani, kugira ngo Irongore abantu mu nzira yayo, Iraheza rero Imanura Qor’ani itandukanya ukuri n’ikinyoma. Mu vy’ukuri, abahakanye bivuye inyuma Aayah n’ivyemezo vyamanuwe n’Imana Allah, bategekanirijwe ibihano ruhasha, kandi rero Imana Allah ni Nyenintsinzi-Mutaneshwa, Izokwihora bikwiye abagarariji ku musi w’izuka.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70