caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 28

Medina · revelation order 89 · 3:28

لَّا يَتَّخِذِ ٱلْمُؤْمِنُونَ ٱلْكَٰفِرِينَ أَوْلِيَآءَ مِن دُونِ ٱلْمُؤْمِنِينَ وَمَن يَفْعَلْ ذَٰلِكَ فَلَيْسَ مِنَ ٱللَّهِ فِى شَىْءٍ إِلَّآ أَن تَتَّقُوا۟ مِنْهُمْ تُقَىٰةً وَيُحَذِّرُكُمُ ٱللَّهُ نَفْسَهُۥ وَإِلَى ٱللَّهِ ٱلْمَصِيرُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbemeramana ntibakagire abahakanyi abagenzi somambike babahagararira bakabatabara birengagiza abemeramana. Uwuzobagira abagenzi somambike, azoba yitandukanije n’Imana Allah kiretse mu gihe mwobigira mwiyorobeka mu kwikingira ishari ryabo, kugira ngo mubanze mwisuganye. Kandi rero Imana Allah Irabihanije ku bihano vyayo nimuvyiyubare. Ni ku Mana Allah rero ibiremwa vyose bizosubira kugira Ihembe kimwe cose ku rugero rw’ibigikwiye.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70