caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Aal-i-Imraan, Verse 146

Medina · revelation order 89 · 3:146

وَكَأَيِّن مِّن نَّبِىٍّ قَٰتَلَ مَعَهُۥ رِبِّيُّونَ كَثِيرٌ فَمَا وَهَنُوا۟ لِمَآ أَصَابَهُمْ فِى سَبِيلِ ٱللَّهِ وَمَا ضَعُفُوا۟ وَمَا ٱسْتَكَانُوا۟ وَٱللَّهُ يُحِبُّ ٱلصَّٰبِرِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiHari n’Abavugishwamana benshi b’aho hambere barwaniye Imana Allah bari kumwe n’imigwi y’abigishwa babo, ntibigeze bacika intege ku vyabashikiye bagakomereka canke bakicwa, kandi ntibigeze bananirwa canke ngo bishikane ku mwansi, burya Imana Allah Irakunda abihangana;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70