caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Ankaboot, Verse 43

Mecca · revelation order 85 · 29:43

وَتِلْكَ ٱلْأَمْثَٰلُ نَضْرِبُهَا لِلنَّاسِ وَمَا يَعْقِلُهَآ إِلَّا ٱلْعَٰلِمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiUbu burorero rero, ni agace Twebwe Allah Ducira abantu kugira bikebuke, ariko rero nta n’ababutahura ngo banyurwe kiretse abazi Imana Allah, batahura ivyemezo n’amabwirizwa vyayo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70