caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Naml, Verse 60

Mecca · revelation order 48 · 27:60

أَمَّنْ خَلَقَ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلْأَرْضَ وَأَنزَلَ لَكُم مِّنَ ٱلسَّمَآءِ مَآءً فَأَنۢبَتْنَا بِهِۦ حَدَآئِقَ ذَاتَ بَهْجَةٍ مَّا كَانَ لَكُمْ أَن تُنۢبِتُوا۟ شَجَرَهَآ أَءِلَٰهٌ مَّعَ ٱللَّهِ بَلْ هُمْ قَوْمٌ يَعْدِلُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBabaze kandi uti: “Mbega burya Imana Allah Yaremye amajuru n’isi, Ikanabamanurira n’imvura ivuye mu bicu izananye mu kirere, gutyo Ikabatotahariza imirima iteye igomwe, mutari gupfa munagishije ibiti vyayo ku bwanyu iyo hataba nya mvura yaguye ku bw’Imana Allah, si Yo Ikwiye gusengwa! None hoba hariho iyindi mana yaremye nk’ivyo, kugira ngo iheze isengwe mu gishingo c’Imana Allah!”. Ahubwo rero ababangikanyamana, ni abantu bahusha inzira y’ukwemera vy’ukuri, bagaheza bakabangikanya Imana Allah n’ibiremwa vyayo.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70