فَلَوْ أَنَّ لَنَا كَرَّةً فَنَكُونَ مِنَ ٱلْمُؤْمِنِينَ Kirundi Translation - Yusuf GahitiEse twopfuma dusubizwa kandi kw’isi tugaheza tukaba abemeramana koko!”.