caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Noor, Verse 28

Medina · revelation order 102 · 24:28

فَإِن لَّمْ تَجِدُوا۟ فِيهَآ أَحَدًا فَلَا تَدْخُلُوهَا حَتَّىٰ يُؤْذَنَ لَكُمْ وَإِن قِيلَ لَكُمُ ٱرْجِعُوا۟ فَٱرْجِعُوا۟ هُوَ أَزْكَىٰ لَكُمْ وَٱللَّهُ بِمَا تَعْمَلُونَ عَلِيمٌ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNimutasanga muri nya mazu umuntu n’umwe abitaba akabaha ikaze, ntimuzoyinjiremwo gushika habonetse uwubitaba. Niyabitaba akanka kubaha ikaze, akabasaba gusubira inyuma, murasubira inyuma mutarinze guhadikiriza, maze mugende mu bwitonzi nta ngere, ico ni na co kibeza gusumba, ha kubona ivyo mutarekuriwe hamwe mwohadikiriza kwinjira. Burya Imana Allah, Irazi neza ivyo mukora vyose, ni Nyenubumenyikurivyose.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70