caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Muminoon, Verse 85

Mecca · revelation order 74 · 23:85

سَيَقُولُونَ لِلَّهِ قُلْ أَفَلَا تَذَكَّرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiBazoheza bakwishure bavuga bati: “Rugaba wavyo ni Imana Allah”. Uraca ubabwira rero uti: “Ubwo ntimwokwibuka mukameya ko Imana Allah Ishoboye kuzura n’abapfuye!”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70