وَحَرَٰمٌ عَلَىٰ قَرْيَةٍ أَهْلَكْنَٰهَآ أَنَّهُمْ لَا يَرْجِعُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtibizokwigera bishika ku bantu bo mu gacimbiri Twahoneje ku kwirenganya kwabo mu kugarariza, ko bagaruka kandi kw’isi kugira ngo bigaye bongere bakore ivyo birengagije imbere yuko umuhero w’isi ushika.