caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Anbiyaa, Verse 93

Mecca · revelation order 73 · 21:93

وَتَقَطَّعُوٓا۟ أَمْرَهُم بَيْنَهُمْ كُلٌّ إِلَيْنَا رَٰجِعُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAriko rero abantu ni bo bahavuye bicamwo imigwi ha gukurikira idini rimwe, gutyo basenga ibigirwamana batwawe n’ivyipfuzo vyabo. Iyo migwi yose rero, impera n’imperuka izogaruka iwacu Twebwe Allah, kugira iharurirwe iheze ihemberwe ivyo yakoze.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70