وَوَهَبْنَا لَهُۥٓ إِسْحَٰقَ وَيَعْقُوبَ نَافِلَةً وَكُلًّا جَعَلْنَا صَٰلِحِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiTwaranahaye Ibrahimu ikibondo Is-haka igihe yasaba ko yoronswa umwana, Twongererako n'umwuzukuru Yakubu mwene Is-haka; kandi umwe wese muri bo[12], Twamugize umweranda agamburukira Imana Allah;