caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Anbiyaa, Verse 71

Mecca · revelation order 73 · 21:71

وَنَجَّيْنَٰهُ وَلُوطًا إِلَى ٱلْأَرْضِ ٱلَّتِى بَٰرَكْنَا فِيهَا لِلْعَٰلَمِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi ho rero Twarokora Ibrahimu hamwe na Luutwi yamwemera, Turaheza Tubakura muri Iraki Tubimurira muri Shaamu[11] ahantu Twahezagije ivyiza vyinshi, no kuba amamuko ya benshi mu Bavugishwamana (ba nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah).
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70