قَالَ يَٰهَٰرُونُ مَا مَنَعَكَ إِذْ رَأَيْتَهُمْ ضَلُّوٓا۟
Kirundi Translation - Yusuf GahitiMusa amaze kugaruka, yabwiye murumunawe Haruna, ati: “Igihe wabona ko bahuvye, ni igiki cagutumye ugumana na bo;
قَالَ يَٰهَٰرُونُ مَا مَنَعَكَ إِذْ رَأَيْتَهُمْ ضَلُّوٓا۟