أَلَّا تَتَّبِعَنِ أَفَعَصَيْتَ أَمْرِى Kirundi Translation - Yusuf GahitiUkareka kunkurikira? Warenze n'ibigirankana kw’itegeko ryo kunsigarira mu kibanza c’ubuhanuzi”.