قَالَ لَا تَخَافَآ إِنَّنِى مَعَكُمَآ أَسْمَعُ وَأَرَىٰ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiImana Allah Ica Ibwira Musa na Haruna Iti: “Ntimutinye Firawuni namba; mu vy’ukuri, Jewe Allah Ndi kumwe na mwe, Ndumva ivyo muvuga kandi Ndabona n’ivyo mukora;