caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Taa-Haa, Verse 45

Mecca · revelation order 45 · 20:45

قَالَا رَبَّنَآ إِنَّنَا نَخَافُ أَن يَفْرُطَ عَلَيْنَآ أَوْ أَن يَطْغَىٰ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMusa na Haruna baraheza bishura bati: “Mana yacu Rurema Allah! Mu vy’ukuri, turafise impungenge n’ubwoba ko Firawuni atwitanga akaduhana, canke akiguburiza agahakana ukuri amenya”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70