caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 206

Medina · revelation order 87 · 2:206

وَإِذَا قِيلَ لَهُ ٱتَّقِ ٱللَّهَ أَخَذَتْهُ ٱلْعِزَّةُ بِٱلْإِثْمِ فَحَسْبُهُۥ جَهَنَّمُ وَلَبِئْسَ ٱلْمِهَادُ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiIyo nya ndyarya ihanuwe iti: “Tinya Imana Allah maze wiyubare ibihano vyayo, uheze uvavanure n’ubwononyi”, ica itwarwa n’ubwishime mu kubandanya ikora ivyaha. Kubera ivyo, irakwiye guhanwa mu muriro wa Jahannamu, n’ukuri ni na bwo busaswa bubi cane.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70