وَإِذَا تَوَلَّىٰ سَعَىٰ فِى ٱلْأَرْضِ لِيُفْسِدَ فِيهَا وَيُهْلِكَ ٱلْحَرْثَ وَٱلنَّسْلَ وَٱللَّهُ لَا يُحِبُّ ٱلْفَسَادَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Iyo yikebanuye muvanye, irakerebuka ica hirya n’ino kw’isi mu bwononyi, kugira ngo ihonye ibiterwa n’ibitungwa. Burya Imana Allah ntikunda na gato ubwononyi;