caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 159

Medina · revelation order 87 · 2:159

إِنَّ ٱلَّذِينَ يَكْتُمُونَ مَآ أَنزَلْنَا مِنَ ٱلْبَيِّنَٰتِ وَٱلْهُدَىٰ مِنۢ بَعْدِ مَا بَيَّنَّٰهُ لِلنَّاسِ فِى ٱلْكِتَٰبِ أُو۟لَٰٓئِكَ يَلْعَنُهُمُ ٱللَّهُ وَيَلْعَنُهُمُ ٱللَّٰعِنُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu vy’ukuri, abanyegeza ivyo Twabamanuriye mu bimenyetso n’uburongozi, vyemeza ko ubutumwa bwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) ari ukuri, inyuma y’aho Tubigaragarije abantu muri Tawurati n’Injili, abo ni bo bavumwe n’Imana Allah, banasabirwa imivumo n’ibiremwa vyose.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70