caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Al-Baqara, Verse 132

Medina · revelation order 87 · 2:132

وَوَصَّىٰ بِهَآ إِبْرَٰهِـۧمُ بَنِيهِ وَيَعْقُوبُ يَٰبَنِىَّ إِنَّ ٱللَّهَ ٱصْطَفَىٰ لَكُمُ ٱلدِّينَ فَلَا تَمُوتُنَّ إِلَّا وَأَنتُم مُّسْلِمُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNi iryo ragi rero Ibrahimu yaraze abana biwe ko botsimbatara ku bwislamu, rikaba ari na ryo ragi nyene Yakubu batazira Israyeli yaraze uruvyaro rwiwe ati: “Bane banje! Mu vy’ukuri, Imana Allah Yarabahitiyemwo idini ry’ubwislamu, muraritsimbatarako mu buzima bwanyu bwose, ntimuzopfe mutari abislamu”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70