caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Maryam, Verse 87

Mecca · revelation order 44 · 19:87

لَّا يَمْلِكُونَ ٱلشَّفَٰعَةَ إِلَّا مَنِ ٱتَّخَذَ عِندَ ٱلرَّحْمَٰنِ عَهْدًا

Kirundi Translation - Yusuf GahitiAbagarariji ntibazogira n’umwe bavugira mu biremwa, ariko uwuzogira uburenganzira bwo kugira uwo asabiye, ni uwuzoba afise isezerano rya Nyenimpuhwe Allah mu Ntumwa n’abemeramana ryo kuvugira abandi.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70