وَٱذْكُرْ فِى ٱلْكِتَٰبِ مَرْيَمَ إِذِ ٱنتَبَذَتْ مِنْ أَهْلِهَا مَكَانًا شَرْقِيًّا
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtumwa y’Imana! Iganira kandi abantu inkuru ya Mariyamu iri muri Qor’ani, igihe yaja kure y’umuryango wiwe, amaja mu buseruko bw’aho bari;