أَمْوَٰتٌ غَيْرُ أَحْيَآءٍ وَمَا يَشْعُرُونَ أَيَّانَ يُبْعَثُونَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiNtivyinyagaza na gato ngo bigire ico vyimariye, eka nta n’ubuzima bifise, ntibizi n’igihe Imana Allah Izozurirako ababisenga.
أَمْوَٰتٌ غَيْرُ أَحْيَآءٍ وَمَا يَشْعُرُونَ أَيَّانَ يُبْعَثُونَ