caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah An-Nahl, Verse 11

Mecca · revelation order 70 · 16:11

يُنۢبِتُ لَكُم بِهِ ٱلزَّرْعَ وَٱلزَّيْتُونَ وَٱلنَّخِيلَ وَٱلْأَعْنَٰبَ وَمِن كُلِّ ٱلثَّمَرَٰتِ إِنَّ فِى ذَٰلِكَ لَـَٔايَةً لِّقَوْمٍ يَتَفَكَّرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiHakoreshejwe nya mazi y’imvura nyene, Imana Allah Iraheza Ikabamereshereza n’ibiterwa bitandukanye, imizayituni, itende n’imizabibu; hamwe rero n’ivyamwa n’imboga vy’ubwoko bwose. Muri iryo meresha ry’ivyo vyose rero, ni ukuri harimwo icemezo kigaragara cotuma abantu biyumvira, bikebuka bagatahura ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70