قَالَ هَٰٓؤُلَآءِ بَنَاتِىٓ إِن كُنتُمْ فَٰعِلِينَ
Kirundi Translation - Yusuf GahitiLuutwi aca arabiyama ababwira ati: “Ng’aba abakobwa banje [7] ndababashingiye nimwaba mushaka kwabira ha kwipfuza abagabo!
قَالَ هَٰٓؤُلَآءِ بَنَاتِىٓ إِن كُنتُمْ فَٰعِلِينَ