caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Ibrahim, Verse 37

Mecca · revelation order 72 · 14:37

رَّبَّنَآ إِنِّىٓ أَسْكَنتُ مِن ذُرِّيَّتِى بِوَادٍ غَيْرِ ذِى زَرْعٍ عِندَ بَيْتِكَ ٱلْمُحَرَّمِ رَبَّنَا لِيُقِيمُوا۟ ٱلصَّلَوٰةَ فَٱجْعَلْ أَفْـِٔدَةً مِّنَ ٱلنَّاسِ تَهْوِىٓ إِلَيْهِمْ وَٱرْزُقْهُم مِّنَ ٱلثَّمَرَٰتِ لَعَلَّهُمْ يَشْكُرُونَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMana yanje Rurema Allah! Mu vy’ukuri jewe, nacumbikiye bamwe mu muryango wanje mu bugaragwa, mu kabande katagira indimo, katanagira n’amazi, hambavu y’ingoro yawe ntagatifu, ivyo vyose nkaba nabigize kugira batsimbataze isengesho; kubera ivyo rero, Uratuma imishaha y’abantu ibahurumbira, Wongere Ubaronse ibibabeshaho mu vyamwa vy’ubwoko bwose, kugira bagushimire ku nema zawe;
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70