caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yusuf, Verse 85

Mecca · revelation order 53 · 12:85

قَالُوا۟ تَٱللَّهِ تَفْتَؤُا۟ تَذْكُرُ يُوسُفَ حَتَّىٰ تَكُونَ حَرَضًا أَوْ تَكُونَ مِنَ ٱلْهَٰلِكِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiNya bana biwe bamubwiye bati: “Kw’izina ry’Imana Allah, ubwo uracakomeza kwibuka Yusufu n’imyaka yose ihaciye, gushika n’aho wenda guhwera canke ugahwera koko!”.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70