caseriqMeaning search in the Qur'an

Surah Yunus, Verse 74

Mecca · revelation order 51 · 10:74

ثُمَّ بَعَثْنَا مِنۢ بَعْدِهِۦ رُسُلًا إِلَىٰ قَوْمِهِمْ فَجَآءُوهُم بِٱلْبَيِّنَٰتِ فَمَا كَانُوا۟ لِيُؤْمِنُوا۟ بِمَا كَذَّبُوا۟ بِهِۦ مِن قَبْلُ كَذَٰلِكَ نَطْبَعُ عَلَىٰ قُلُوبِ ٱلْمُعْتَدِينَ

Kirundi Translation - Yusuf GahitiMu nyuma y’irungikwa rya Nuhu, ni ho Twarungika Intumwa zitandukanye ku bantu bazo[18]. Izo Ntumwa ziraheza ziza zibazaniye ivyemezo vyerekana ko ziri mu kuri, abantu zarungitsweko, ntibigeze bemera ukuri bashikirijwe, ari na kwo kwagararijwe n’abarungikiwe Intumwa aho hambere yabo. Ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twateye ikimangu c’ubugarariji ku mitima y’ab’aho hambere yabo kubera ubugaba bwabo, ntibashobora kwemera - Dutera ikimangu c’ubugarariji ku mitima y’abarenga imbibe z'Imana Allah z'ibibujijwe.
Looking for a topic? Try the meaning search — your question is scanned across all 6,236 verses.
Language — 70